Uburanga bw’intoke, bwuzuye umutima w’i Burundi

Dukora ibikoresho vya crochet muburyo bwihariye — amahereni, amasagoshi, amakabutura, ama jupe n’ibindi vyinshi.

Hamagara kuri WhatsApp

Ibicuruzwa vyacu

Ivyerekeye

Burundi Crochet Fashion Shop ni inzu y’uburanga ikora udukozwe n’intoke tw’umwimerere, tugamije guteza imbere imico n'akaranga vy'i Burundi no guha urwaruka n’abakenyezi amahirwe yo kwinjira mu bucuruzi bwa digital.

Twubaka brand y’uburanga ifise originality, sustainability, n’akaranga kacu, kugira ngo ibicuruzwa vyacu bigere ku isoko mpuzamakungu.

Abakora

Aline - Umukora wa crochet

Aline N.

Umukenyezi w’umuhinga mu gukora impuzu za crochet zifise originality.

Broskie - Umukora wa crochet

Broskie.

Umusore akora amasakoshi ya crochet, yerekana uburanga n’akaranga k’i Burundi.

Joy - Umukora wa crochet

Joy.

Akora ibikoresho vya crochet, yerekana originality n’ubuhinga.

Ivyo abakiriya bavuga

Avatar ya Aline
Aline N.
★★★★★

“Isakoshi ya crochet nari naguze irakomeye kandi y’uburanga. Ndanezerewe cane!”

Avatar ya Jean
Jean P.
★★★★☆

“Umwambaro wa crochet waranshimishije cane, gusa ndifuza ko mwongera amafoto menshi.”

Avatar ya Chantal
Chantal K.
★★★★★

“Ivyambarwa vya crochet biraryoshye kandi birafise originality. Ndabikunda cane.”

Ibibazo

Nigute mushobora kwishura?

Mushobora kwishura mukoresheje Mobile Money canke kuri WhatsApp.

Nigute ibicuruzwa bitangwa?

Ibicuruzwa bitangwa mu Burundi, kandi turashobora kubitwara hanze y’igihugu ku busabe.

Mushobora kwiyandikisha gute?

Mushobora kwiyandikisha ukoresheje newsletter form iri kuri website.

Guma uhuye nacu

Twandikire

📱 Teba kuri WhatsApp

Aho duherereye